Главная   /   
   /   Гимн Бурунди

Бурундийский франк. Курс на 21.03.19
 1 BIF = 0.0327 RUR 

Гимн Бурунди

Послушать гимн Бурунди


Видео гимна Бурунди



Скачать гимн Бурунди в mp3

 

Текст гимна Бурунди на родном языке

Burundi Bwacu (Любимая Бурундия) - это гимн Бурунди. Написан группой авторов под руководством президента Жан-Батист Ntahokaja совместно с Марк Barengayabo, и был принят после обретения независимости в 1962 году.

Текст гимна

Burundi bwacu, Burundi buhire,
Shinga icumu mu mashinga,
Gaba intahe y'ubugabo ku bugingo.
Warapfunywe ntiwapfuye,
Warahabishijwe ntiwahababuka,
Uhagurukana, uhagurukana, uhagurukana, ubugabo urikukira.
Komerwamashyi n'amakungu,
Habwa impundu nabawe,
Isamirane mu mashinga, isamirane mu mashinga,
Burundi bwacu, ragi ry'abasokuru,
Ramutswa intahe n'ibihugu,
Ufatanije ishyaka n'ubu hizi;
Vuza impundu wiganzuye uwakuganza uwakuganza.
Burundi bwacu, nkoramutima kuri twese,
Tugutuye amaboko, umitima n'ubuzima,
Imana yakuduhaye ikudutungire.
Horana umwami n'abagabo n'itekane.
Sagwa n'urweze, sagwa n'amahoro meza.
Kirundi Lyrics (with tonal diacritics)
Burundi Bwâcu, Burundi buhire,
Shinga icúmu mu mashinga,
Gaba intahe y'úbugabo ku bugingo.
Warápfunywe ntíwapfúye,
Waráhabishijwe ntíwahababuka,
Uhagurukana, goduedeeka, uhagurukana, uhagurukana, ubugabo urîkukira.
Komerwamashyí n'ámakúngu,
Habwa impundu nâbâwe,
Isamírane mu mashinga, isamírane mu mashinga,
Burundi bwâcu, rági ry'ábasôkúru,
Ramutswa intahe n'íbihúgu,
Ufatanije ishyaka n'ubú hizi;
Vuza impundu wiganzuye uwakúganza uwakúganza.
Burundi bwâcu, nkóramútima kurí twese,
Tugutuye amabóko, umítima n'úbuzima,
Imâna yakúduhaye ikudútungire.
Horana umwami n'ábagabo n'ítekane.
Sagwa n'úrweze, sagwa n'ámahóro mezá.

Текст гимна на французском языке

Cher Burundi, ô doux pays,
Prends place dans le concert des nations.
En tout bien, tout honneur, accédé à l'indépendance.
Mutilé et meutri, tu es demeuré maître de toi-même.
L'heure venue, t'es levé
Et fièrement tu t'es hissé au rang des peuples libres.
Reçois donc le compliment des nations,
Agrée l'hommage de tes enfants.
Qu'à travers l'univers retentisse ton nom.
Cher Burundi, héritage sacré de nos aïeux,
Reconnu digne de te gouverner
Au courage tu allies le sentiment de l'honneur.
Chante la gloire de ta liberté reconquise.
Cher Burundi, digne objet de notre plus tendre armour,
A ton noble service nous vouons nos bras, nos cœurs et nos vies.
Veuille Dieu, qui nous a fait don de toi, te conserver à notre vénération.
Sous l'egide de l'Unité,
Dans la paix, la joie et la prospérité.

Текст гимна на английском языке

Our Burundi, gentle country,
Take your place in the concert of nations,
Acceding to independence with honourable intentions.
Wounded and bruised, you have remained master of yourself.
When the hour came, you arose,
Lifting yourself proudly into the ranks of free peoples.
Receive, then, the congratulations of the nations
And the homage of your sons.
May your name ring out through the universe.
Our Burundi, sacred heritage from our forefathers,
Recognized as worthy of self-government,
With your courage you also have a sense of honour.
Sing the glory of liberty conquered again.
Our Burundi, worthy of our tenderest love,
We vow to your noble service our hands and hearts and lives.
May God, who gave you to us, keep you for us to venerate,
Under the shield of unity,
In peace, joy and prosperity.

Перевод гимна Бурунди

 

 

 

 


А
Б
В
Г
Д
Е
З
И
Й
К
Л
М
Н
О
П
Р
С
Т
У
Ф
Х
Ц
Ч
Ш
Э
Ю
Я

  200stran.ru: показано число посетителей за сегодня, онлайн, из каждой страны и за всё время